IGIHE Burundi

Amakuru, Poritike, Ubutunzi, Diaspora, Inkino, Muzika & Amasanamu, Ubuhinga bwa none, Akahise......

Accueil > Amakuru > umutekano > Buyenzi : Umuntu umwe yahitanwe n’umuyagankuba w’intsinga yariko (...)

Buyenzi : Umuntu umwe yahitanwe n’umuyagankuba w’intsinga yariko ariba

lundi 5 Ntwarante 2018, par Egide NDUWIMANA

Ikiziga c’uwo yahitanwe n’umuyagankuba cabonetse mu gatondo ko kuri uwu w’Imana, kiri mu mufurege utwara amazi.

Abanyagihugu b’aho muri zone Buyenzi, hafi y’isoko ya Ruvumera barashoboye kumenya uwo yitavye Imana. Ni uwo batazira Dombolo.

Mw’ishirahamwe REGIDESO bibutsa abiba intsinga za REGIDESO ko ari ukwikwegera urupfu, kuko umuyagankuba wica nabi.

Jéroboam Nzikobanyanka, umuyobozi mukuru wa REGIDESO asaba abanyagihugu gufashanya n’abajejwe intwaro, mu gucunga izo ntsinga z’umuyagankuba wa REGIDESO.


Egide NDUWIMANA

Un message, un commentaire ?


ANDIKA ICIYUMVIRO CAWE KURI IYI NKURU

AMATEGEKO AGENGA IYANDIKWA RY’ICIYUMVIRO CAWE:
Ntiwandike ibitajanye n’iyi nkuru, ibitutsi, ivyararaza uwundi canke ibicanishamwo, ntiwandike ibiteye isoni.
Andika email yawe aho vyagenewe. Iciyumviro cawe kija ahabona ari uko camaze gusuzumwa na IGIHE.bi.
Ibi bidakurikijwe, iciyumviro cawe gishobora kutaja ahabona canke kigafutwa, murakoze.