IGIHE Burundi

Amakuru, Poritike, Ubutunzi, Diaspora, Inkino, Muzika & Amasanamu, Ubuhinga bwa none, Akahise......

Accueil > Amakuru > umutekano > Bwiza : Abantu indwi bakomerekejwe na Gerenade yatewe

Bwiza : Abantu indwi bakomerekejwe na Gerenade yatewe

lundi 17 Mukakaro 2017, par Egide NDUWIMANA

Iyo gerenade yatewe mu bunywero buri aho muri zone Bwiza, buzwi kw’izina rya "KUBAJANDARUME."

Umuuvugizi w’igiporisi c’Uburundi, Petero NKURIKIYE, amenyesha ko umuntu yikekwa ko ariwe yateye iyo gerenade yamemenyekanye, ko n’imodoka yiwe yahunze asize muri ico kibanza yafashwe.

JPEG - 85.9 ko
Petero NKURIKIYE, umuvugizi w’igiporisi c’Uburundi

Iyo gerenade yatewe mu Bwiza igize kabiri mu kiringo c’iminsi idakwira indwi, iyaheruka ikaba yari yakomerekeje abaporisi bane.


Egide NDUWIMANA

Un message, un commentaire ?


ANDIKA ICIYUMVIRO CAWE KURI IYI NKURU

AMATEGEKO AGENGA IYANDIKWA RY’ICIYUMVIRO CAWE:
Ntiwandike ibitajanye n’iyi nkuru, ibitutsi, ivyararaza uwundi canke ibicanishamwo, ntiwandike ibiteye isoni.
Andika email yawe aho vyagenewe. Iciyumviro cawe kija ahabona ari uko camaze gusuzumwa na IGIHE.bi.
Ibi bidakurikijwe, iciyumviro cawe gishobora kutaja ahabona canke kigafutwa, murakoze.