IGIHE Burundi

Amakuru, Poritike, Ubutunzi, Diaspora, Inkino, Muzika & Amasanamu, Ubuhinga bwa none, Akahise......

Accueil > Amakuru > Mu makungu > Chili : Abasenyeri bose b’ishengero katorika bandikiye Papa bamumenyesha ko (...)

Chili : Abasenyeri bose b’ishengero katorika bandikiye Papa bamumenyesha ko batanze imihoho

vendredi 18 mai 2018

Amakuru dukesha urubuga rw’imboneshakure y’abafaransa France 24, amenyesha ko abo basenyeri b’ishengero katorika, batanze imihoho ku kibazo gishingiye ku kurangura amabanga y’abubatse n’abana.

Iyo nkuru y’amakete y’abasenyeri b’ishengero katorika, yemejwe kandi n’ibiro vya Papa Francois I Vatikano.

Ni ibintu bidasanzwe bibaye kuva ishegero katorika ribaho, aho abasenyeri bo mu gihugu cose bandikira Papa, bamumenyesha ko batanze imihoho.


MUGISHA Van Naris

Messages

Un message, un commentaire ?


ANDIKA ICIYUMVIRO CAWE KURI IYI NKURU

AMATEGEKO AGENGA IYANDIKWA RY’ICIYUMVIRO CAWE:
Ntiwandike ibitajanye n’iyi nkuru, ibitutsi, ivyararaza uwundi canke ibicanishamwo, ntiwandike ibiteye isoni.
Andika email yawe aho vyagenewe. Iciyumviro cawe kija ahabona ari uko camaze gusuzumwa na IGIHE.bi.
Ibi bidakurikijwe, iciyumviro cawe gishobora kutaja ahabona canke kigafutwa, murakoze.