IGIHE Burundi

Amakuru, Poritike, Ubutunzi, Diaspora, Inkino, Muzika & Amasanamu, Ubuhinga bwa none, Akahise......

Accueil > Amakuru > umutekano > Cibitoke : Ibiziga vy’abantu batatu batamenyekanye vyatowe mu (...)

Cibitoke : Ibiziga vy’abantu batatu batamenyekanye vyatowe mu kibira

jeudi 24 mai 2018

Ivyo biziga vyabonywe mu gatondo ko kur’uyu wa kane igenekerezo rya 24 Rusama 2018, n’abasanzwe bakora akazi ko gucungera ishamba cimeza rya Kibira, ku mutumba Kabande.

Ayo makuru ava aho mu Cibitoke, amenyesha ko abo bantu batatu babonetse baboshwe, bikibazwa ko boba biciwe ahandi, ibiziga bikaza gutabwa muri iryo shamba.

Abajejwe intwaro muri ako karere ntaco bashimye kubivugako.


MUGISHA Van Naris

Messages

Un message, un commentaire ?


ANDIKA ICIYUMVIRO CAWE KURI IYI NKURU

AMATEGEKO AGENGA IYANDIKWA RY’ICIYUMVIRO CAWE:
Ntiwandike ibitajanye n’iyi nkuru, ibitutsi, ivyararaza uwundi canke ibicanishamwo, ntiwandike ibiteye isoni.
Andika email yawe aho vyagenewe. Iciyumviro cawe kija ahabona ari uko camaze gusuzumwa na IGIHE.bi.
Ibi bidakurikijwe, iciyumviro cawe gishobora kutaja ahabona canke kigafutwa, murakoze.