IGIHE Burundi

Amakuru, Poritike, Ubutunzi, Diaspora, Inkino, Muzika & Amasanamu, Ubuhinga bwa none, Akahise......

Accueil > Amakuru > umutekano > Cibitoke : Umugabo n’umugore wiwe bakomerekejwe na gerenade

Cibitoke : Umugabo n’umugore wiwe bakomerekejwe na gerenade

mercredi 20 décembre 2017

Abo bakomeretse ni serugo Jérôme SINUMVAYAHA w’imyaka 70, hamwe n’umukenyezi wiwe Emeliane NTACORIPFA w’imyaka 55.

Amakuru ava aho i Mugina, amenyesha ko Jérôme SINUMVAYAHA n’umukenyezi wiwe batewe iyo gerenade bagirizwa uburozi.

Jérôme SINUMVAYAHA n’umukenyezi wiwe Emeliane NTACORIPFA bariko bavurirwa kw’ivuriro rimwe ryo ngaho muri komine Mugina.


MUGISHA Van Naris

Un message, un commentaire ?


ANDIKA ICIYUMVIRO CAWE KURI IYI NKURU

AMATEGEKO AGENGA IYANDIKWA RY’ICIYUMVIRO CAWE:
Ntiwandike ibitajanye n’iyi nkuru, ibitutsi, ivyararaza uwundi canke ibicanishamwo, ntiwandike ibiteye isoni.
Andika email yawe aho vyagenewe. Iciyumviro cawe kija ahabona ari uko camaze gusuzumwa na IGIHE.bi.
Ibi bidakurikijwe, iciyumviro cawe gishobora kutaja ahabona canke kigafutwa, murakoze.