IGIHE Burundi

Amakuru, Poritike, Ubutunzi, Diaspora, Inkino, Muzika & Amasanamu, Ubuhinga bwa none, Akahise......

Accueil > Amakuru > umutekano > Cibitoke: Umugabo yafashwe yivye ibigori

Cibitoke: Umugabo yafashwe yivye ibigori

dimanche 12 Ruhuhuma 2017

Umugabo azwi kw’izina rya Vital NYABENDA yarakubiswe inyuma y gufatwa yivye ibigori mu murima,ku mutumba Munyika, komine Rugombo, intara ya Cibitoke.

Vital NYABENDA yafatanywe ibigori bitandatu ahejeje kubisorma mu murima, imbere yuko akubitwa akongera akabohwa.

Bamubajije Vital NYABENDA yisiguye avuga ko inzara ariyo yatumye yiba, kuk yari amaze iminsi itatu adafungura.

Mwomenya ko intara ya Cibitke ari imwe mu ntara zivugwamwo inzara.


IGIHE

Messages

Un message, un commentaire ?


ANDIKA ICIYUMVIRO CAWE KURI IYI NKURU

AMATEGEKO AGENGA IYANDIKWA RY’ICIYUMVIRO CAWE:
Ntiwandike ibitajanye n’iyi nkuru, ibitutsi, ivyararaza uwundi canke ibicanishamwo, ntiwandike ibiteye isoni.
Andika email yawe aho vyagenewe. Iciyumviro cawe kija ahabona ari uko camaze gusuzumwa na IGIHE.bi.
Ibi bidakurikijwe, iciyumviro cawe gishobora kutaja ahabona canke kigafutwa, murakoze.