IGIHE Burundi

Amakuru, Poritike, Ubutunzi, Diaspora, Inkino, Muzika & Amasanamu, Ubuhinga bwa none, Akahise......

Accueil > Amakuru > umutekano > Cibitoke : Urubanza rw’abafatanwe inkoho rwungurujwe

Cibitoke : Urubanza rw’abafatanwe inkoho rwungurujwe

vendredi 2 Ruheshi 2017, par Egide NDUWIMANA

Abo bantu bagifatwa kuri uwu wa kane, baciye bashikirizwa Sentare, mu rubanza rw’ikibiriraho.

N’aho badahakana ko bafatanze inkoho, ntibashoboye kubwira Sentare ico bahora bayikoresha. Abo bantu bagirizwa ubugizi bwa nabi bugizwe n’ukugandagura abantu hakoreshejwe inkoho.

Urubanza rwabo rwungururijwe ku rindi sango; kugira abacamanza babanze bakore amatohoza akwiye ku bikorwa vy’abo bafatanwe inkoho.


Egide NDUWIMANA

Un message, un commentaire ?


ANDIKA ICIYUMVIRO CAWE KURI IYI NKURU

AMATEGEKO AGENGA IYANDIKWA RY’ICIYUMVIRO CAWE:
Ntiwandike ibitajanye n’iyi nkuru, ibitutsi, ivyararaza uwundi canke ibicanishamwo, ntiwandike ibiteye isoni.
Andika email yawe aho vyagenewe. Iciyumviro cawe kija ahabona ari uko camaze gusuzumwa na IGIHE.bi.
Ibi bidakurikijwe, iciyumviro cawe gishobora kutaja ahabona canke kigafutwa, murakoze.