IGIHE Burundi

Amakuru, Poritike, Ubutunzi, Diaspora, Inkino, Muzika & Amasanamu, Ubuhinga bwa none, Akahise......

Accueil > Amakuru > umutekano > Cibitoki : Ikiziga c’umugabo atamenyekanye catowe ku kiyaga Dogodogo

Cibitoki : Ikiziga c’umugabo atamenyekanye catowe ku kiyaga Dogodogo

samedi 4 novembre 2017

Amakuru ava aho mu ntara ya Cibitoki amenyesha ko ico kiziga catowe nk’igihe c’isaha zitanu z’umutaga, kikaba cari gifise ibikomere vyinshi vyerekana ko yitavye Imana abanje gukomeretswa.

Mu giporisi ku murwa mukuru w’intara ya Cibitoki bavuga ko uwo mugabo yoba yiciwe ahandi hanyuma aza gutabwa muri ico kibanza kuko ata muntu n’umwe yashoboye kumenya umwidondoro wiwe.

Mu rwego rw’igiporisi bakavuga ko amatohoza abandanya kugira bamenye amakuru k’urupfu rw’uyo muntu.


MUGISHA Van Naris

Un message, un commentaire ?


ANDIKA ICIYUMVIRO CAWE KURI IYI NKURU

AMATEGEKO AGENGA IYANDIKWA RY’ICIYUMVIRO CAWE:
Ntiwandike ibitajanye n’iyi nkuru, ibitutsi, ivyararaza uwundi canke ibicanishamwo, ntiwandike ibiteye isoni.
Andika email yawe aho vyagenewe. Iciyumviro cawe kija ahabona ari uko camaze gusuzumwa na IGIHE.bi.
Ibi bidakurikijwe, iciyumviro cawe gishobora kutaja ahabona canke kigafutwa, murakoze.