IGIHE Burundi

Amakuru, Poritike, Ubutunzi, Diaspora, Inkino, Muzika & Amasanamu, Ubuhinga bwa none, Akahise......

Accueil > Amakuru > umutekano > Colonel DUSHIMAGIZE apfungiwe mw’igendereza

Colonel DUSHIMAGIZE apfungiwe mw’igendereza

samedi 19 Munyonyo 2016, par Egide NDUWIMANA

Colonel Dieudonné DUSHIMAGIZE, intwazangabo yo mu gisirikare c’Uburundi apfungiwe mw’igendereza i Bujumbura, kuva ku muhingamo wo kuri uwu wa gatanu.

Iyo ntwazangabo yafatiwe mu biro bikuru vya gisirikare, inyuma y’ukwumvirizwa akaba yaciye ajanwa gupfungirwa mw’igendereza.

JPEG - 39 ko
Colonel DUSHIMAGIZE Dieudonné batazira Gangi

Umuvugizi w’igiporisi c’Uburundi, OP1 Pierre NKURIKIYE, aremeza ayo makuru y’ifatwa hamwe n’ipfungwa rya Colonel DUSHIMAGIZE Dieudonné batazira Gangi, uwo avugira igiporisi akamenyesha ko uwo musirikare yagirizwa uguhungabanya umutekano w’igihugu, hamwe n’ugushaka gukora ubwicanyi (Atteinte à sûreté de l’État et Tentative d’assassinat).


IGIHE

Messages

Un message, un commentaire ?


ANDIKA ICIYUMVIRO CAWE KURI IYI NKURU

AMATEGEKO AGENGA IYANDIKWA RY’ICIYUMVIRO CAWE:
Ntiwandike ibitajanye n’iyi nkuru, ibitutsi, ivyararaza uwundi canke ibicanishamwo, ntiwandike ibiteye isoni.
Andika email yawe aho vyagenewe. Iciyumviro cawe kija ahabona ari uko camaze gusuzumwa na IGIHE.bi.
Ibi bidakurikijwe, iciyumviro cawe gishobora kutaja ahabona canke kigafutwa, murakoze.