IGIHE Burundi

Amakuru, Poritike, Ubutunzi, Diaspora, Inkino, Muzika & Amasanamu, Ubuhinga bwa none, Akahise......

Accueil > Inkino > FOOTBALL > FFB:Umumenyereza w’abakinyi batarenza imyaka 20 yatumyeko abagiye gutangura (...)

FFB:Umumenyereza w’abakinyi batarenza imyaka 20 yatumyeko abagiye gutangura imyimenyerezo

samedi 24 février 2018

Muri urwo rutonde rw’abakinyi batarenza imyaka 20, umurwi Aigle Noir niwo ufisemwo abakinyi benshi, ukaba ufisemwo abakinyi indwi, ugakurikirwa n’imirwi ya Messager Ngozi, Ngozi City,LLBS4 AFrica na Olympic Star ifisemwo abakinyi batatu batatu, iyindi ifisemwo umwe canke babiri.

Urwo rutonde ni uru :

01. RUKUNDO Onesime (MESSAGER NGOZI)
02. NDUWIMANA Haile Shalom (NGOZI CITY)
03. NDIKURIYO Patient (AIGLE NOIR)
04. SELEMANI Moustafa (AIGLE NOIR)
05. MURYANGO Moussa (VITAL’O)
06. NDORIYOBIJA Eric (LLB)
07. NDIZEYE Eric (MUSONGATI)
08. VYIZIGIRO Lewis (MESSAGER NGOZI)
09. BIGIRIMANA Ramadhan (AIGLE NOIR)
10. KASHINDI Joseph (VITAL’O)
11. NIRAGIRA Ramadhan (ATHLETICO)
12. NDAYE Chancel (LLB)
13. MBIRIZI Eric (BUJA CITY)
14. MURYANGO MABANO Shabani (AIGLE NOIR)
15. NDABADUGITSE Saloum (LES LIERRES)
16. NAHIMANA Guy (BUJA CITY)
17. NDAYISHIMIYE Youssouf Nyange (AIGLE NOIR)
18. DJUMA Muhamed (MUSONGATI)
19. NIYONKURU Karim (FLAMBEAU DU CENTRE)
20. NDIKUMANA Magloire (OLYMPIC STAR)
21. NSENGIYUMVA Rahim (MESSAGER NGOZI)
22. YAHYA Sadiki (FLAMBEAU DU CENTRE)
23. KWIZERA Eric (LES LIERRES)
24. ULIMWENGU Jules (LLB)
25. SHAKA Bienvenue (AIGLE NOIR)
26. MAVUGO Cedric Titi (AIGLE NOIR)
27. SLIM Saidi (OLYMPIC STAR)
28. GAKIZA Aime (MESSAGER BUJA)
29.IRAKOZE Pavel (NGOZI CITY)
30.EZA Armel (NGOZI CITY)
31.KAMWANGA Etienne (FLAMBEAU DE L’EST)
32.RAMADHAN Pascal (OLYMPIC STAR)

Muri iyo ntumbero nyene, ishirahamwe ry’umupira w’amaguru mu Burundi FFB, ryagenye abamenyereza bagiye kumenyereza imirwi nserukiragihugu kuva ku bafise imyaka iri munsi ya 17, abafise iyiri munsi ya 20, hamwe n’abafise imyaka iri munsi ya 23.

Abo n’abo bakaba ari : umurwi w’abafise imyaka iri munsi ya 17 ni : BAHATI Vivier icegera ciwe akaba Djumapili Hassan, uwo abanyezamu ni Manirakiza Claude.

Ku bafise imyaka iri munsi ya 20 , umumenyereza mukuru ni BIPFUBUSA Joslin, icegera ciwe akaba BAHATI Vivier.

Ku bafise imyaka iri munsi ya 23, umumenyereza mukuru ni NTAKAGERO Omar, icegera ciwe akaba BIPFUBUSA Joslin.


MUGISHA Van Naris

Un message, un commentaire ?


ANDIKA ICIYUMVIRO CAWE KURI IYI NKURU

AMATEGEKO AGENGA IYANDIKWA RY’ICIYUMVIRO CAWE:
Ntiwandike ibitajanye n’iyi nkuru, ibitutsi, ivyararaza uwundi canke ibicanishamwo, ntiwandike ibiteye isoni.
Andika email yawe aho vyagenewe. Iciyumviro cawe kija ahabona ari uko camaze gusuzumwa na IGIHE.bi.
Ibi bidakurikijwe, iciyumviro cawe gishobora kutaja ahabona canke kigafutwa, murakoze.