Deprecated: Unparenthesized `a ? b : c ? d : e` is deprecated. Use either `(a ? b : c) ? d : e` or `a ? b : (c ? d : e)` in /home/igihe/public_html/ecrire/inc/utils.php on line 2576
Gambia: Umuhungu w’umukuru w’igihugu yapfuye ariwe n’imbwa - IGIHE Burundi
IGIHE Burundi

Amakuru, Poritike, Ubutunzi, Diaspora, Inkino, Muzika & Amasanamu, Ubuhinga bwa none, Akahise......

Accueil > Amakuru > Muri Afrika > Gambia: Umuhungu w’umukuru w’igihugu yapfuye ariwe n’imbwa

Gambia: Umuhungu w’umukuru w’igihugu yapfuye ariwe n’imbwa

vendredi 3 Ruhuhuma 2017

Umuhungu w’umukuru w’igihugu ca Gambiya Adama Barrow yitavye Imana inyuma yo kuribwa n’imbwa mu kwezi kwa Nzero umwaka wa 2017.

Umushikiranganji w’uburimyi mu gihugu ca Gambiya yavuze ko umuhungu w’umukuru w’igihugu Adama Barrowe yari afise imyaka 8 y’amavuka Habib BARROW ,yapfiriye mu bitaro.

Habibu Barrow yariwe n’iyo mbwa itari ikingiwe,akomereka mu mutwe,igihe yari kwa mushiki wa se hafi y’umurwa mukuru w’igihugu ca Gambiya i Banjul.

Iryo sanganya ryabaye imbere yuko umukuru w’igihugu ca Gambiya Adama Barrow yimikwa,igihe yari yahungiye mu gihugu ca Senegal,akaba kandi atarnse n’akary ko kuja mu birori vyo gushingura umuhungu wiwe.

Ubutegetsi mu gihugu ca Gambiya bumenyesha ko iy mbwa nayo yahavuye yicwa ku munsi wa kabiri igenekerezo rya 31 Nzero,umwaka wa 2017.


IGIHE

Messages

Un message, un commentaire ?


ANDIKA ICIYUMVIRO CAWE KURI IYI NKURU

AMATEGEKO AGENGA IYANDIKWA RY’ICIYUMVIRO CAWE:
Ntiwandike ibitajanye n’iyi nkuru, ibitutsi, ivyararaza uwundi canke ibicanishamwo, ntiwandike ibiteye isoni.
Andika email yawe aho vyagenewe. Iciyumviro cawe kija ahabona ari uko camaze gusuzumwa na IGIHE.bi.
Ibi bidakurikijwe, iciyumviro cawe gishobora kutaja ahabona canke kigafutwa, murakoze.