IGIHE Burundi

Amakuru, Poritike, Ubutunzi, Diaspora, Inkino, Muzika & Amasanamu, Ubuhinga bwa none, Akahise......

Accueil > Amakuru > umutekano > Gitega : Abaporisi basatse ahapfungiwe abagirizwa ugushaka gutembagaza (...)

Gitega : Abaporisi basatse ahapfungiwe abagirizwa ugushaka gutembagaza ubutegetsi

vendredi 12 Rusama 2017, par Jean de Dieu M.

Nk’uko bivugwa na OPP1 Pierre NKURIKIYE avugira igiporisi, muri iryo sakwa hafashwe ama terefone ngendanwa indwi, iradiyo imwe, hamwe n’amakarata simu ane, muri ayo ane hakaba harimwo imwe yo mu gihugu c’Urwanda, nk’uko vyemezwa n’umuvugizi w’igiporisi.

Mw’ibohero rikuru rya Gitega hapfungiwe bamwe mu bagirizwa gushaka gutembagaza ubutegetsi kw’igenekerezo rya 13 Rusama 2015.


IGIHE

Messages

Un message, un commentaire ?


ANDIKA ICIYUMVIRO CAWE KURI IYI NKURU

AMATEGEKO AGENGA IYANDIKWA RY’ICIYUMVIRO CAWE:
Ntiwandike ibitajanye n’iyi nkuru, ibitutsi, ivyararaza uwundi canke ibicanishamwo, ntiwandike ibiteye isoni.
Andika email yawe aho vyagenewe. Iciyumviro cawe kija ahabona ari uko camaze gusuzumwa na IGIHE.bi.
Ibi bidakurikijwe, iciyumviro cawe gishobora kutaja ahabona canke kigafutwa, murakoze.