IGIHE Burundi

Amakuru, Poritike, Ubutunzi, Diaspora, Inkino, Muzika & Amasanamu, Ubuhinga bwa none, Akahise......

Home > Amakuru > umutekano > Gitega-Giheta: Igihekero c’imodoka yari itwaye inzoga za BRARUDI (...)

Gitega-Giheta: Igihekero c’imodoka yari itwaye inzoga za BRARUDI catembagaye

Tuesday 20 February 2018

Hari nk’igihe c’isaha icumi n’imwe irengako iminota mike, igihe imodoka ifise ibihekero bibiri inyuma , igihekero kimwe c’inyuma carimwo inzoga zo mu bwoko bwa primus cahenuka, igihe iyo modoka yari ishitse mu giheta haruguru gato y’ahitwa ku ‘’Kirato’’.

Abajejwe umutekano baciye bahashika kugira baking ko abanyagihugu bo muri ako gace hogira ico bonona.


MUGISHA Van Naris

Forum posts

Any message or comments?


ANDIKA ICIYUMVIRO CAWE KURI IYI NKURU

AMATEGEKO AGENGA IYANDIKWA RY’ICIYUMVIRO CAWE:
Ntiwandike ibitajanye n’iyi nkuru, ibitutsi, ivyararaza uwundi canke ibicanishamwo, ntiwandike ibiteye isoni.
Andika email yawe aho vyagenewe. Iciyumviro cawe kija ahabona ari uko camaze gusuzumwa na IGIHE.bi.
Ibi bidakurikijwe, iciyumviro cawe gishobora kutaja ahabona canke kigafutwa, murakoze.