IGIHE Burundi

Amakuru, Poritike, Ubutunzi, Diaspora, Inkino, Muzika & Amasanamu, Ubuhinga bwa none, Akahise......

Home > Amakuru > Gitega: Ikibazo co gutora abana bazokurikirana inyigisho zo kumenyesha (...)

Gitega: Ikibazo co gutora abana bazokurikirana inyigisho zo kumenyesha amakuru kiriko kirakorwa

Friday 31 August 2018, by vianney

Bitegekanijwe ko inyuma y’ico kibazo kiriko kirakorwa hazoca hatorwa umuhungu hamwe n’umukobwa muri buri ntara kugira bazoce batangura inyigisho zijanye no kumenyesha amakuru mu mwaka uza wa 2019.

Abana bazotorwa kugira bakurikirane izo nyigisho bose ni 40 ku rwego rw’igihugu, 36 bo mu ntara hagati hamwe n’abandi 4 bo mu myaka yahera bazokwiyongerako 2 bo mu gisagara ca Bujumbura,umwe w’i Gitega hamwe n’uyundi umwe wo mu ntara ya Ngozi.


IGIHE

Forum posts

  • ici yunvirontanz nukuri ivyiza umukuwigihugu adukorera ’nivyi ’oyishi ntawobivuga ’ngo abimar numuntu akundibikorwa akundagusenga kandi aku’nda imana ndamukunda can ahubwo nomundungikir indirimbo yiw iva

Any message or comments?


ANDIKA ICIYUMVIRO CAWE KURI IYI NKURU

AMATEGEKO AGENGA IYANDIKWA RY’ICIYUMVIRO CAWE:
Ntiwandike ibitajanye n’iyi nkuru, ibitutsi, ivyararaza uwundi canke ibicanishamwo, ntiwandike ibiteye isoni.
Andika email yawe aho vyagenewe. Iciyumviro cawe kija ahabona ari uko camaze gusuzumwa na IGIHE.bi.
Ibi bidakurikijwe, iciyumviro cawe gishobora kutaja ahabona canke kigafutwa, murakoze.