IGIHE Burundi

Amakuru, Poritike, Ubutunzi, Diaspora, Inkino, Muzika & Amasanamu, Ubuhinga bwa none, Akahise......

Accueil > Amakuru > umutekano > Gitega : Umugabo agendana ubumuga yatowe ikiziga

Gitega : Umugabo agendana ubumuga yatowe ikiziga

vendredi 3 Ntwarante 2017, par Egide NDUWIMANA

Umugabo ataramenyekana yatowe ikiziga ku muhingamo wo kuri uwu wa kane mu kinogo kiri muri karitiye ya Shatanya, mu ntara ya Gitega.

Abajejwe intwaro ahatowe ico kiziga bamenyesha ko batashoboye kumenya abishe uwo muntu, ariko bakavuga ko uwo mugabo yagandaguwe yari mu bagendana ubumuga basega ivyo ivyo bafungura mu gisagara ca Gitega.

Abanyagihugu begereye ahatowe ico kiziga bagasaba ko amaotohoza yokorwa kugira icishe uwo mugabo kimenyekane.


IGIHE

Messages

Un message, un commentaire ?


ANDIKA ICIYUMVIRO CAWE KURI IYI NKURU

AMATEGEKO AGENGA IYANDIKWA RY’ICIYUMVIRO CAWE:
Ntiwandike ibitajanye n’iyi nkuru, ibitutsi, ivyararaza uwundi canke ibicanishamwo, ntiwandike ibiteye isoni.
Andika email yawe aho vyagenewe. Iciyumviro cawe kija ahabona ari uko camaze gusuzumwa na IGIHE.bi.
Ibi bidakurikijwe, iciyumviro cawe gishobora kutaja ahabona canke kigafutwa, murakoze.