IGIHE Burundi

Amakuru, Poritike, Ubutunzi, Diaspora, Inkino, Muzika & Amasanamu, Ubuhinga bwa none, Akahise......

Home > Amakuru > Amashuri > Urwaruka rwa APDR rusaba abanyeshure bari mu buruhuko kutaja mu (...)

Urwaruka rwa APDR rusaba abanyeshure bari mu buruhuko kutaja mu bibasamaza

Wednesday 25 July 2018, by vianney

Mw’itangazo inomero 001/CIU/APDR/2018 ryasohowe n’umukuru w’igisata c’urwaruka rwa APDR, Leonidas NSHIMIRIMANA amenyeshako bababazwa n’abanyeshure bamaze imisi babona biyerereza bashobora guhura n’ububegito bwohava bwonona kazoza kabo .

Leonidas NSHIMIRIMANA asaba abanyeporitike kudashira mu bikorwa vya poritike urwo rwaruka ruri mu buruhuko ariko barufashe mu migambi y’iterambere.

Muriryo tangazo ,Leonidas NSHIMIRIMANA arangiza asaba abafata ingingo zijanye no kugara amashure kuzitondera kuko zishobora gutera ingorane muri kazoza ku bana bayigako.


Vianney BIKORIMANA

Any message or comments?


ANDIKA ICIYUMVIRO CAWE KURI IYI NKURU

AMATEGEKO AGENGA IYANDIKWA RY’ICIYUMVIRO CAWE:
Ntiwandike ibitajanye n’iyi nkuru, ibitutsi, ivyararaza uwundi canke ibicanishamwo, ntiwandike ibiteye isoni.
Andika email yawe aho vyagenewe. Iciyumviro cawe kija ahabona ari uko camaze gusuzumwa na IGIHE.bi.
Ibi bidakurikijwe, iciyumviro cawe gishobora kutaja ahabona canke kigafutwa, murakoze.