Deprecated: Unparenthesized `a ? b : c ? d : e` is deprecated. Use either `(a ? b : c) ? d : e` or `a ? b : (c ? d : e)` in /home/igihe/public_html/ecrire/inc/utils.php on line 2576
Amasezerano y’ibidukikije y’i Paris ntazohinduka - IGIHE Burundi
IGIHE Burundi

Amakuru, Poritike, Ubutunzi, Diaspora, Inkino, Muzika & Amasanamu, Ubuhinga bwa none, Akahise......

Accueil > Amakuru > Mu makungu > Amasezerano y’ibidukikije y’i Paris ntazohinduka

Amasezerano y’ibidukikije y’i Paris ntazohinduka

jeudi 1er Ruheshi 2017

Iradiyo y’abongereza BBC imenyeshako ko Eric Solheim yashikirije ko Ubushinwa ,ibihugu vya Buraya hamwe n’igihugu c’Ubuhindi vyashize mu maboko ico gikorwa bikazotuma ingingo zose zizofatwa na Donald Trump ataco zizoshikako nkuko vyari mu masezerano yi Paris yo mu mwaka wa 2015.

Abantu benshi barindiranye igishika itangazo riza gushikirizwa inyuma yaho Ubushinwa n’Uburaya bashigikiye ayo masezerano y’i Paris .

Umukuru w’igihugu ca Reta Zunze Ubumwe za Amerika Donald Trump nawe akaba yashikirije ko azakugira ico ashikikirije kuri uno wa kane igenekerezo rya 1 Ruheshi 2017 kuri iyo ngingo y’igihugu c’Ubushinwa n’Uburaya.


Vianney BIKORIMANA

Messages

  • baararabe uwo muperezida bamuhahure kuko ivyo yakoze arabe ahinduke yishubireko kuko yakoze ibidakorwa uravye uyundi muperezida rindiye ibitora akanege shuko yanka igihugu cya amerika oy ahubwo aragikunda

Un message, un commentaire ?


ANDIKA ICIYUMVIRO CAWE KURI IYI NKURU

AMATEGEKO AGENGA IYANDIKWA RY’ICIYUMVIRO CAWE:
Ntiwandike ibitajanye n’iyi nkuru, ibitutsi, ivyararaza uwundi canke ibicanishamwo, ntiwandike ibiteye isoni.
Andika email yawe aho vyagenewe. Iciyumviro cawe kija ahabona ari uko camaze gusuzumwa na IGIHE.bi.
Ibi bidakurikijwe, iciyumviro cawe gishobora kutaja ahabona canke kigafutwa, murakoze.