IGIHE Burundi

Amakuru, Poritike, Ubutunzi, Diaspora, Inkino, Muzika & Amasanamu, Ubuhinga bwa none, Akahise......

Home > Amakuru > Intwaro ibereye > Itegeko rigenga abatagira ubwenegihugu ryemejwe n’inama nshingamateka

Itegeko rigenga abatagira ubwenegihugu ryemejwe n’inama nshingamateka

Wednesday 19 September 2018, by vianney

Umushikirangaji w’intwaro yo hagati mu gihugu yarigusigura abashingamateka imvo n’imvano y’iryo tegeko yamenyesheje ko iryo tegeko rizofasha kugira ibihugu bifate abatagira ubwenegihugu visunze amategeko hamwe no gushobora kumenya ababa mu bihugu vy’abo batagira ubwenegihugu mu ntumbero yo kumenya yuko baronswa ivyo barekuriwe n’amategeko.

Inyuma yo guca hirya no hino iryo tegeko ryaciye ryemezwa ku majwi 106 y’abashingamateka.


IGIHE

Any message or comments?


ANDIKA ICIYUMVIRO CAWE KURI IYI NKURU

AMATEGEKO AGENGA IYANDIKWA RY’ICIYUMVIRO CAWE:
Ntiwandike ibitajanye n’iyi nkuru, ibitutsi, ivyararaza uwundi canke ibicanishamwo, ntiwandike ibiteye isoni.
Andika email yawe aho vyagenewe. Iciyumviro cawe kija ahabona ari uko camaze gusuzumwa na IGIHE.bi.
Ibi bidakurikijwe, iciyumviro cawe gishobora kutaja ahabona canke kigafutwa, murakoze.