IGIHE Burundi

Amakuru, Poritike, Ubutunzi, Diaspora, Inkino, Muzika & Amasanamu, Ubuhinga bwa none, Akahise......

Accueil > Amakuru > umutekano > Kanyosha : Umukozi wo mu nzu yarashwe n’umuporisi ahejeje kumukubita

Kanyosha : Umukozi wo mu nzu yarashwe n’umuporisi ahejeje kumukubita

lundi 2 avril 2018

Amakuru dukesha umuvugizi w’ubushikiranganji bw’umutekano Pierre NKURIKIYE, amenyesha ko vyose vyatanguye nk’igihe c’isaha zibiri n’igice z’ijoro, muri Quartier Musama ya Gatanu, muri zone Kanyosha,aho umuporisi yahamagarwa kugira atabare uwitwa Mohamed Maulidi yariko arwana n’uwo mukozi wo mu nzu.

Pierre NKURIKIYE avugira ubushikiranganji bw’umutekano, amenyesha ko, uwo mu porisi amaze kurwanywa gushika ku rugero rwo gushaka kwicwa,yahavuye afata ingingo yo kwirwanira.

Umuvugizi w’ubushikiranganji bw’umutekano, avuga ko mu kwirwanira, uwo muporisi yahavuye arasa NIYOKWIZIGIRA Chadrack mu bitugu, aca rakomereka.


MUGISHA Van Naris

Messages

Un message, un commentaire ?


ANDIKA ICIYUMVIRO CAWE KURI IYI NKURU

AMATEGEKO AGENGA IYANDIKWA RY’ICIYUMVIRO CAWE:
Ntiwandike ibitajanye n’iyi nkuru, ibitutsi, ivyararaza uwundi canke ibicanishamwo, ntiwandike ibiteye isoni.
Andika email yawe aho vyagenewe. Iciyumviro cawe kija ahabona ari uko camaze gusuzumwa na IGIHE.bi.
Ibi bidakurikijwe, iciyumviro cawe gishobora kutaja ahabona canke kigafutwa, murakoze.