IGIHE Burundi

Amakuru, Poritike, Ubutunzi, Diaspora, Inkino, Muzika & Amasanamu, Ubuhinga bwa none, Akahise......

Accueil > Amakuru > umutekano > Kanyosha : Umuporisi yishe mugenzi we amurashe

Kanyosha : Umuporisi yishe mugenzi we amurashe

lundi 4 Kigarama 2017, par Egide NDUWIMANA

Ayo masasu yumvikanye nk’igihe c’isaha zitanu z’ijoro mu gihe abaporisi bariko barakizura (Patrouille).

Mu giporisi c’Uburundi bamenyesha ko umuporisi Ntirampeba yari mu bariko barakizura, ariko akaba yari yaborewe, yarashe bagenzi we, yica APC Ndayiragije Bonaventure, yongera akomeretsa APC Hakizimana Désiré.


Egide NDUWIMANA

Messages

  • Notre cher Burundi de Nkurunziza ne cesse de m’impressionner.... kuja mu kazi ufise inkoho kandi waborewe....

  • We ko iciyumviro cawe carekuwe ngira barabigusigurira neza ko abapolisi bemerewe gukizura baborewe. Ijambo "gukizura"ryonyene utari muri "système" ngira urazi ko ryatanguye 2015. Inyishu?

Un message, un commentaire ?


ANDIKA ICIYUMVIRO CAWE KURI IYI NKURU

AMATEGEKO AGENGA IYANDIKWA RY’ICIYUMVIRO CAWE:
Ntiwandike ibitajanye n’iyi nkuru, ibitutsi, ivyararaza uwundi canke ibicanishamwo, ntiwandike ibiteye isoni.
Andika email yawe aho vyagenewe. Iciyumviro cawe kija ahabona ari uko camaze gusuzumwa na IGIHE.bi.
Ibi bidakurikijwe, iciyumviro cawe gishobora kutaja ahabona canke kigafutwa, murakoze.