IGIHE Burundi

Amakuru, Poritike, Ubutunzi, Diaspora, Inkino, Muzika & Amasanamu, Ubuhinga bwa none, Akahise......

Home > Amakuru > umutekano > Karusi –Gitaramuka : Abantu 2 bishwe hakoreshejwe umupanga

Karusi –Gitaramuka : Abantu 2 bishwe hakoreshejwe umupanga

Monday 1 October 2018, by vianney

Amakuru dukesha umuvugizi w’ubushikiranganji bw’umutekano no kugwanya ibiza,Pierre NKURIKIYE amenyeshako Eric BIMENYIMANA yishe uyo mugabo n’umwana wiwe akoresheje umupanga.

Ayo makuru avuga ko Valerie NDINZEMENSHI yarafise imyaka 50 mu gihe umukobwa wiwe nawe yarafise amaze atandatu gusa y’amavuka.

Bivugwako uyo Eric BIMENYIMANA yahagaritswe ariko icatumye yica abo bantu kitaramenyekana.


IGIHE

Forum posts

Any message or comments?


ANDIKA ICIYUMVIRO CAWE KURI IYI NKURU

AMATEGEKO AGENGA IYANDIKWA RY’ICIYUMVIRO CAWE:
Ntiwandike ibitajanye n’iyi nkuru, ibitutsi, ivyararaza uwundi canke ibicanishamwo, ntiwandike ibiteye isoni.
Andika email yawe aho vyagenewe. Iciyumviro cawe kija ahabona ari uko camaze gusuzumwa na IGIHE.bi.
Ibi bidakurikijwe, iciyumviro cawe gishobora kutaja ahabona canke kigafutwa, murakoze.