Deprecated: Unparenthesized `a ? b : c ? d : e` is deprecated. Use either `(a ? b : c) ? d : e` or `a ? b : (c ? d : e)` in /home/igihe/public_html/ecrire/inc/utils.php on line 2576
Koreya y’Epfo: Sentare yanse gukurikirana umuyobozi wa Samsung - IGIHE Burundi
IGIHE Burundi

Amakuru, Poritike, Ubutunzi, Diaspora, Inkino, Muzika & Amasanamu, Ubuhinga bwa none, Akahise......

Accueil > Amakuru > Mu makungu > Koreya y’Epfo: Sentare yanse gukurikirana umuyobozi wa Samsung

Koreya y’Epfo: Sentare yanse gukurikirana umuyobozi wa Samsung

vendredi 20 Nzero 2017

Sentare nkuru Y’igihugu ca Koreya y’Epfo yamenyesheje ko idashobora gukurikirana umukuru w’ishirahamwe Samsung kukoata birego bifashe vyotuma akurikiranwa kubera igiturire yagirizwa.

Lee Jae-Yong yari yahagaritswe kandi yumvirizwa n’abacamanza kuwa gatatu igenekerezo rya 18 Nzero 2017, yagirizwa ivyaha bijanye n’igiturire,kunyuruza ubutunzi hamwe no kubesha.

Lee Jae-Yong arongoye Samsung yamaze ijoro arindiriye ko yosomerwa.Ihagarikwa rya Lee Jae-Yong , ryatumye inama nshingamateka ikurako icizere umukuru w’igihugu Park Geun-hye.

Ishirahamwe Samsung, ryagumye rivuga ko ata kibi yakoze, rica risohora itangazo rimenyesha ko ibikenewe mu rubanza bishobora gukorwa umuntu atarinze gufungwa.


IGIHE

Un message, un commentaire ?


ANDIKA ICIYUMVIRO CAWE KURI IYI NKURU

AMATEGEKO AGENGA IYANDIKWA RY’ICIYUMVIRO CAWE:
Ntiwandike ibitajanye n’iyi nkuru, ibitutsi, ivyararaza uwundi canke ibicanishamwo, ntiwandike ibiteye isoni.
Andika email yawe aho vyagenewe. Iciyumviro cawe kija ahabona ari uko camaze gusuzumwa na IGIHE.bi.
Ibi bidakurikijwe, iciyumviro cawe gishobora kutaja ahabona canke kigafutwa, murakoze.