IGIHE Burundi

Amakuru, Poritike, Ubutunzi, Diaspora, Inkino, Muzika & Amasanamu, Ubuhinga bwa none, Akahise......

Accueil > Inkino > Amahiganwa > Ligue des champions : Igice c’umunani gishira ica nyuma kiratangura

Ligue des champions : Igice c’umunani gishira ica nyuma kiratangura

mardi 13 février 2018

Igihe c’isaha zitatu n’iminota mirongo ine n’itanu z’ijoro mu masaha y’i Bujumbura, niho inkino zitangura igice c’umunani gishira ica nyuma zikinwa.Urukino ruhuza Juventus na Tottenham rukaba rurindiranywe igishika na benshi.

Juventus imaze imyaka 22 idatwara igikombe ikaba yiteze gukora ibishoboka vyose kugira ngo ibandanye ihiganwa, nayo Tottenham, imaze gukina igice c’umunani incuro itarenga imwe gusa (2011) , irashashaye kubandanya ihiganwa, ikizera ko umusatirizi wayo Harry Kane, abona igori cane aza kubaronsa intsinzi.

Ku rundi rukino, mu gihugu ca Suisse, Fc Bale yiteguriye kwakira Manchester City yo mu Bwongereza.


BUKURU Pacifique

Un message, un commentaire ?


ANDIKA ICIYUMVIRO CAWE KURI IYI NKURU

AMATEGEKO AGENGA IYANDIKWA RY’ICIYUMVIRO CAWE:
Ntiwandike ibitajanye n’iyi nkuru, ibitutsi, ivyararaza uwundi canke ibicanishamwo, ntiwandike ibiteye isoni.
Andika email yawe aho vyagenewe. Iciyumviro cawe kija ahabona ari uko camaze gusuzumwa na IGIHE.bi.
Ibi bidakurikijwe, iciyumviro cawe gishobora kutaja ahabona canke kigafutwa, murakoze.