IGIHE Burundi

Amakuru, Poritike, Ubutunzi, Diaspora, Inkino, Muzika & Amasanamu, Ubuhinga bwa none, Akahise......

Home > Amakuru > umutekano > Mairie: Umuntu akoresha ibimangu vya magendu yafashwe

Mairie: Umuntu akoresha ibimangu vya magendu yafashwe

Friday 3 August 2018, by vianney

Umuvugizi w’Ubushikiranganji bw’umutekano Pierre NKURIKIYE amenyeshako Emmanuel NZAMBIMANA yafatanywe ibimangu bitandukanye,imashine nyabwonko hamwe n’imashine isohora impapuro "imprimante".

Pierre NKURIKIYE avuga ko uyo Emmanuel NZAMBIMANA yafashwe kw’igenekerezo rya 27 Mukakaro 2018 mu gisagara ca Bujumbura.


IGIHE

Forum posts

Any message or comments?


ANDIKA ICIYUMVIRO CAWE KURI IYI NKURU

AMATEGEKO AGENGA IYANDIKWA RY’ICIYUMVIRO CAWE:
Ntiwandike ibitajanye n’iyi nkuru, ibitutsi, ivyararaza uwundi canke ibicanishamwo, ntiwandike ibiteye isoni.
Andika email yawe aho vyagenewe. Iciyumviro cawe kija ahabona ari uko camaze gusuzumwa na IGIHE.bi.
Ibi bidakurikijwe, iciyumviro cawe gishobora kutaja ahabona canke kigafutwa, murakoze.