IGIHE Burundi

Amakuru, Poritike, Ubutunzi, Diaspora, Inkino, Muzika & Amasanamu, Ubuhinga bwa none, Akahise......

Home > Amakuru > umutekano > Mairie: Uwitwa Elvis ISHIMWE yatowe ikiziga

Mairie: Uwitwa Elvis ISHIMWE yatowe ikiziga

Friday 27 July 2018, by vianney

Amakuru dukesha umuvugizi w’ubushikiranganji bw’umutekano no kurwanya ibiza Pierre NKURIKIYE amenyeshwa ko Elvis ISHIMWE yahora mu C’ibitoke akaba yahora yiga kw’ishure ryisumbuye rya Ngaraga ryahora ryitwa ENE.

Ayo makuru amenyeshako Elvis ISHIMWE yatowe ikiziga inyuma yaho asezeye abagenzi bigana barikumwe ku musi mukuru ababwiye ko atashe.

Mu gihe amatahoza akibandanya kugira hamenyekana icamuhitanye,bivugwa ko ata kimenyetso afise kigaragaza icamuhitanye.

Ubu ikiziga ca Elvis ISHIMWE caciye gitwarwa mu buruhukiro bw’ibitaro Roi Khaled.


IGIHE

Forum posts

Any message or comments?


ANDIKA ICIYUMVIRO CAWE KURI IYI NKURU

AMATEGEKO AGENGA IYANDIKWA RY’ICIYUMVIRO CAWE:
Ntiwandike ibitajanye n’iyi nkuru, ibitutsi, ivyararaza uwundi canke ibicanishamwo, ntiwandike ibiteye isoni.
Andika email yawe aho vyagenewe. Iciyumviro cawe kija ahabona ari uko camaze gusuzumwa na IGIHE.bi.
Ibi bidakurikijwe, iciyumviro cawe gishobora kutaja ahabona canke kigafutwa, murakoze.