IGIHE Burundi

Amakuru, Poritike, Ubutunzi, Diaspora, Inkino, Muzika & Amasanamu, Ubuhinga bwa none, Akahise......

Accueil > Amakuru > Ubutungane > Major Désiré UWAMAHORO yavuye mw’ibohero

Major Désiré UWAMAHORO yavuye mw’ibohero

mercredi 1er Ruhuhuma 2017, par Egide NDUWIMANA

Major Désiré UWAMAHORO yahoze arongoye igiporisi kidasanzwe kijejwe kurwanya imigumuko (BAE : Brigade Anti-Emeute)aridegemvya inyuma y’amezi atatu yari amaze apfunzwe. Yari yaciriwe igihano gupfungwa amezi atatu nyene na sentare isubiramwo imanza.

Commissaire UWAMAHORO Désiré yahora apfunzwe akurikiranwa ku rubanza rw’amafaranga yari kugurwa inzahabu zivuye muri Repuburika iharanira intwaro rusangi ya Congo, bikavuga ko ayo mafaranga agera ku 150 000 vy’amadorare y’abanyamerika yazimanganiye kuriwe. Ayo mafaranga ni ay’umurwizatunga wo mu gihugu ca Koweit yari yatumweko na UWAMAHORO kugira agure izo nzahabu. Uwo murwizatunga yatanze ayo mafaranga kugira yerekwe izo nzahabu yari aje kugura, amara hafi indwi zitatu ari mw’ihoteri i Bujumbura, arindiriye izo nzahaba, akaba yari acunzwe n’abaporisi bo mu giporisi cari kirongowe na Major UWAMAHORO. Yarindiriye amaso ahera mu nzira.

Imbere y’uko atabwa muri yompi akajanwa gupfungirwa mw’igendereza i Bujumbura, mu nyuma akungururizwa mw’ibohero ry’i Bubanza, Major Désiré UWAMAHORO niwe yari arongoye igiporisi kidasanzwe kijejwe kurwanya imigumuko (BAE : Brigade Anti Emeute). Itegeko ry’ukumubogoza rikaba ritatevye gusohoka, akaba yasubirijwe na OPC2 MANARIYO Emmanuel.


IGIHE

Messages

  • HAHAHAHAAAAAAAA KERA BAVUGA NGO INTWARO ZA BATUTSI!!!!!!!!!!! INTWARO ZA BAHUTU ZO NAKAJOREZA UBU NDI KO NDEMERA IVYO SOKURU YAMBWIYE MURI 1985 KO ABAHUTU BATAREMEWE GUTWARA HIHIHIHIHIHIHI UYO MBONA NGO NUWAMAHORO KO RETA YANSE KUMUHANA HAKUMUHANA IMUZANYE KUGIRA ABANDANYE IGIKORWA YATANGUJE COKUMARA ABATAVUGA RUMWE NA NKURUNZIZA NUKURI NDABABAYE. KUBWIVYO NAKAZI NAHORA NKORA NDAGAHEVYE GUSHIKA JEWE NDAMWIHANIYE TUGIRA DUTANGURE KWIRUKA NAWE.

  • IREKURWA RYA DESIRE RIRABERETSE NEZA KO UBUTUNGANE BWIBURUNDI BUTINGENGA KANDI BUCIRA INKONDA. TWIGWANE KO NAYAHANDI TURAHONA

  • BARAMURENGANYA NON KOBAYAMUZANIYE,MWASHAKA KWAYAREKA?INARUNYONGA BAMUTANYAGATSINA YISHUYATI NIYO NITOREYE BARAMURENGANYA NON KOBAYAMUZANIYE,MWASHAKA KWAYAREKA?INARUNYONGA BAMUTANYAGATSINA YISHUYATI NIYO NITOREYE MUVYATSI,

  • AKATARETSE KABAGASEMA, INTABWIGWA IBWIGWA NUKO AMASO ATUKUYE, UGUTWI KWIMPENE KWUMVA KWOKEJWE, INYANKA KUBWIGWA YABWIWE NUKO AMASO ATUKUYE, IMISI YIGISUMA IRAHARUYE, BARENDEGERE YENZE NYINA, NGEJEJE AHO NTABURAMWO NUMWE WOMUFASHA.

  • Uwuhagarikiwe n’ingwe aravoma. Ark sintahura igituma yaramaze iyi minsi yose mugasho kandi yari ku kazi ka MUTAMA2. Ingo ubandanye guhohotera abarundi haraho woba Général vyose bivana numwimbu uzokwerekana. Muri association KAMWE KAMWE twaritugukumbuye. Turizeye naho ufise 6e non réussie ko uzoteba uba Général.

  • Tweturakwiyekwamatwandikavyo Kuko Twebwe Ubutungane Ruciyurubanzaneza Mucamwiyumvirakobitageneza.Uwomututsinaweyumvepfo Buryakwiyaturemye Arimwetwe Abahutu Nabatutsi Kwiyaturemye Arimwe,abobavukanyembuton,ibande Ohoooo!!!!
    Rekuwusengimana Atware Abakorenyen,ababuyoya Mukwitsabantu Ntiturikumwe Ndubaha Ubutungane

  • aga jenerare canke mareshali azopfa urupfu nkurwa adolphe hitler yaguye imbere ya wakalede;

  • aga jenerare canke mareshali azopfa urupfu nkurwa adolphe hitler yaguye imbere ya wakalede;

  • umvira namwe amazina yuyumuntu insiguro yayo PRENOM = DESIRE, numwana wicangazi!!!!!!!!!!! NOM =UWAMAROSO, numwana yakoze amaraso!!!!!!!!!!! reka turindire ibigiye kumushikira kubwayo mazina yitwa!!!!!!!

  • Mbega ayomakosa yagirizwa Uwamahiro, namakosa yabaturiye abantu nibintu bakugara amabarabara bakonona ibintu hagapfa abantu majana namajana ninde yamenje gusumba abandi?
    Ubutungane bwuburundi burigenga iyaba burigenga ntitwarikwenera ko baryabagumutsi basinduhije barejurwa, ariko ubutungabe bwacu turabwubaha kandi burigenga.
    Uwanahoro subiramumuryango wifateneza ivyobikosanavyo wakoze nimbarivyo ntuzosubire ariko ndanezerezwa nukwo ivyowagirizwa bidafitaniye isano nibikorwa vyaba Mujeri.

  • Lt Gnl Adolphe naho yitavye Imana yapfuye ari umugabo ., Desire Uwamahoro nawe turamwemera niba ufise ico umwagiriza biragusha nitwe tuzi ico amaze nico yatumariye , uzi ukuri arakuzi muje mureka kuja mwirigwa muvuga ayamuhe ...mutureke twijandajandire...songa mbele

  • Gnl Adolphe yapfuye ari umugabo kandi twaramwemera ..
    Desire uwamahoro nswe turamwemera ahubwo nibamusubize ku kazi akorere igihugu...abavuga babandanye bavuga ...

  • Uwomugesera yagarutse! nubundi sinzi ukovyagenze kwaruguhuma amaso amakungu!, amazi atatu afugwa uwivye ikijumpu, canke uwusovye mwibarabara abana babona!, ntamusuma nkuwo naribwigere mbona afugwa amaze atatu!,
    sha nigene yakozihonyabwoko ntagasho yarimwo. Jewe narigeze kubona umuhungumwe yitwa korona, yarivye igitoke cigisahira yafunzwe umwaka ninusu, uwomumenja nawe yivye amaraki ya madolali rwamenzatatu nibara kumutemere.

  • FELICITATION MON MAJOR D’ETRE LIBERE.THAT GOD BE WITH YOU!

  • Nibamusubize kukazi kiwe, icaha yari yakoze yacishuye ibisigaye nibarab’ico yamaze nta mweranda ari mu Burundi twese turazinanye abo nabo bavug’ayamuhe barazi aho bahurira nawe. Jewe ntanzi nanje Sindamuzi vyihariye.

  • Nibamusubize kukazi kiwe, icaha yari yakoze yacishuye ibisigaye nibarab’ico yamaze nta mweranda ari mu Burundi twese turazinanye abo nabo bavug’ayamuhe barazi aho bahurira nawe. Jewe ntanzi nanje Sindamuzi vyihariye.

  • Non Ayo Mafaranga Yayasubije?Mumusubije Mugisagara Cabujumbura Niho Akwiye Kuko Ntawundi Yohashobora Raba Amabanki Yaribwe Kubera Atariho Ari Baciye Umugani Ati Aho Inyabu Itari Imbeba Zirira Kumeza Araje Akubure Ibicafu

  • Komera, Uwamahoro Desile. Twari Tugukumbuye Garuka Ku Kazi.

  • Nambayarakozeneza.Ubutungane.Nico.Bwashiriweho.

  • Ntakuba Nkumusuma Nkuko

Un message, un commentaire ?


ANDIKA ICIYUMVIRO CAWE KURI IYI NKURU

AMATEGEKO AGENGA IYANDIKWA RY’ICIYUMVIRO CAWE:
Ntiwandike ibitajanye n’iyi nkuru, ibitutsi, ivyararaza uwundi canke ibicanishamwo, ntiwandike ibiteye isoni.
Andika email yawe aho vyagenewe. Iciyumviro cawe kija ahabona ari uko camaze gusuzumwa na IGIHE.bi.
Ibi bidakurikijwe, iciyumviro cawe gishobora kutaja ahabona canke kigafutwa, murakoze.