IGIHE Burundi

Amakuru, Poritike, Ubutunzi, Diaspora, Inkino, Muzika & Amasanamu, Ubuhinga bwa none, Akahise......

Home > Amakuru > umutekano > Makamba- Mugina: Abantu 14 bafashwe bajanywe mu gihugu ca Oman

Makamba- Mugina: Abantu 14 bafashwe bajanywe mu gihugu ca Oman

Monday 23 July 2018, by vianney

Amakuru dukesha urubuga rwa twitter rw’igiporisi c’Uburundi amenyeshako murabo 14, 12 ari abakobwa abandi 2 nabo ari abahungu.

Ayo makuru avuga ko amatohoza aza yatanguye kugira abari inyuma y’urwo rudandazwa rw’abantu bamenyekane.


Vianney BIKORIMANA

Forum posts

  • Mu gihe babayeho nabi bategerezwa gusukwa n ubuzima bwo hanze! Leta idafashe ingingo zubahiriza agateka nka zina muntu zigatuma nbubuzima bushoboka n abandi bari inyuma bagenda.
    Iyo umuntu akenye rwose biroroshe kumuhendesha n ibitaco bimaze!

  • Mbega igihe bababwiriye ko kuja muri ivyo b’ihugu vy’abarabu bibobazanira ingora nyinshi zirimwo no gupfa ntibumva? Nimubareke badandanzwe. ntibayamaze ko : uwigize umucafu,......

  • Andika hano AH’UBONA NIKIBAZO KWERI NONE BAJA KURONDERA Y’UBUZIMA ?NGIRA HARIYAMAHERA MESHI? IKIGUTEGEYE KUMAHERA KIBA KIGUFASHE!

Any message or comments?


ANDIKA ICIYUMVIRO CAWE KURI IYI NKURU

AMATEGEKO AGENGA IYANDIKWA RY’ICIYUMVIRO CAWE:
Ntiwandike ibitajanye n’iyi nkuru, ibitutsi, ivyararaza uwundi canke ibicanishamwo, ntiwandike ibiteye isoni.
Andika email yawe aho vyagenewe. Iciyumviro cawe kija ahabona ari uko camaze gusuzumwa na IGIHE.bi.
Ibi bidakurikijwe, iciyumviro cawe gishobora kutaja ahabona canke kigafutwa, murakoze.