IGIHE Burundi

Amakuru, Poritike, Ubutunzi, Diaspora, Inkino, Muzika & Amasanamu, Ubuhinga bwa none, Akahise......

Accueil > Amakuru > Ubutungane > Makamba : Umupfungwa yapfiriye mu gasho

Makamba : Umupfungwa yapfiriye mu gasho

mardi 18 Ndamukiza 2017, par Egide NDUWIMANA

Jean NIYONGABO yahora aba muri Nyanza-Lac, akaba yari apfungiwe mu gasho k’igiporisi mu ntara ya Makamba yapfiriye mu munyororo mu gatondo ko kuri uwu wa mbere igenekerezo rya 17 Ndamukiza 2017.

Amakuru ava aho mu ntara ya Makamba amenyesha ko uwo mupfungwa yagwaye, baramwima uruhusha rw’ukuja kwivuza, arikwo guhava yitaba Imana.

Ikiziga ciwe catwawe ku muhingamo wo kuri uwu wa mbere mu buruhukiro bw’ibitaro vy’intara ya Bururi.


IGIHE

Messages

Un message, un commentaire ?


ANDIKA ICIYUMVIRO CAWE KURI IYI NKURU

AMATEGEKO AGENGA IYANDIKWA RY’ICIYUMVIRO CAWE:
Ntiwandike ibitajanye n’iyi nkuru, ibitutsi, ivyararaza uwundi canke ibicanishamwo, ntiwandike ibiteye isoni.
Andika email yawe aho vyagenewe. Iciyumviro cawe kija ahabona ari uko camaze gusuzumwa na IGIHE.bi.
Ibi bidakurikijwe, iciyumviro cawe gishobora kutaja ahabona canke kigafutwa, murakoze.