IGIHE Burundi

Amakuru, Poritike, Ubutunzi, Diaspora, Inkino, Muzika & Amasanamu, Ubuhinga bwa none, Akahise......

Accueil > Amakuru > umutekano > Mugina : Ibiro vya posita vyibwe imiriyoni 23 z’amarundi

Mugina : Ibiro vya posita vyibwe imiriyoni 23 z’amarundi

mardi 20 février 2018

Umuvugizi w’ubushikiranganji bw’umutekano amenyesha ko umukozi wo muri yio posita asigura ko, kugira ayo mafaranga yibwe haje umuntu kuvunjisha inoti ya 10000 vy’amarundi,amahera aca arayabura.

Pierre NKURIKIYE avugira ubushikiranganji bw’umutekano, amenyesha ko ubu uwo mukozi wa posita ari mu minwe y’ubutungane.


MUGISHA Van Naris

Messages

  • IBIHE VYUBU NUKUHAKEREBUKIRA KUK IMITI YUBUROZI IRIHO NTAMUNTU WOBUKIVUNJIRA AMAHERA UTAMUZI NAHO WOBUMUZI UMANZA KURABA KUK ABANTU BESH BASIGAYE BABESHEJWEHO NIBINTAZI BESHI ABASUMA BASIGAYE BIBISHA IMITI

  • Andika hano.nta bank invunjira abantu uwo nu musuma kabuhariwe ahubwo.atiyunviriye no guhunga uwo nu musuma yuzuye.post zuburundi zirakwiye kwubakigwa muburyo bwanone aho babika amahera.kugira abacuruzi na bazibikamwo amahera ubwoba bushfire.

Un message, un commentaire ?


ANDIKA ICIYUMVIRO CAWE KURI IYI NKURU

AMATEGEKO AGENGA IYANDIKWA RY’ICIYUMVIRO CAWE:
Ntiwandike ibitajanye n’iyi nkuru, ibitutsi, ivyararaza uwundi canke ibicanishamwo, ntiwandike ibiteye isoni.
Andika email yawe aho vyagenewe. Iciyumviro cawe kija ahabona ari uko camaze gusuzumwa na IGIHE.bi.
Ibi bidakurikijwe, iciyumviro cawe gishobora kutaja ahabona canke kigafutwa, murakoze.