IGIHE Burundi

Amakuru, Poritike, Ubutunzi, Diaspora, Inkino, Muzika & Amasanamu, Ubuhinga bwa none, Akahise......

Accueil > Amakuru > umutekano > Muramvya : Abantu 48 bikekwa ko ari abayoboke ba Zebiya bahagaritswe (...)

Muramvya : Abantu 48 bikekwa ko ari abayoboke ba Zebiya bahagaritswe n’igiporisi

samedi 9 décembre 2017

Amakuru ava ku rubuga rwa Twitter rw’igiporisi c’Uburundi amenyesha ko abo bantu bafashwe igihe c’isaha icenda z’ijoro bari mu nzu muri Komine ya Rutegama mu ntara ya Muramvya bariko barasenga.

Ayo makuru nyene y’igiporisi c’Uburundi avuga ko 4 muri abo 48 bafashwe ari abana, ariko kandi bakaba banagizwe n’abagore n’abagabo.

Igiporisi kimenyeshako amatohoza akibandanya


BIKORIMANA Vianney

Un message, un commentaire ?


ANDIKA ICIYUMVIRO CAWE KURI IYI NKURU

AMATEGEKO AGENGA IYANDIKWA RY’ICIYUMVIRO CAWE:
Ntiwandike ibitajanye n’iyi nkuru, ibitutsi, ivyararaza uwundi canke ibicanishamwo, ntiwandike ibiteye isoni.
Andika email yawe aho vyagenewe. Iciyumviro cawe kija ahabona ari uko camaze gusuzumwa na IGIHE.bi.
Ibi bidakurikijwe, iciyumviro cawe gishobora kutaja ahabona canke kigafutwa, murakoze.