IGIHE Burundi

Amakuru, Poritike, Ubutunzi, Diaspora, Inkino, Muzika & Amasanamu, Ubuhinga bwa none, Akahise......

Accueil > Amakuru > Ubutungane > Muramvya: Bane bagirizwa kurima urumogi baciriwe urubanza

Muramvya: Bane bagirizwa kurima urumogi baciriwe urubanza

vendredi 9 Ruheshi 2017

Uko ari batatu bose baciriwe gupfungwa imyaka 2 no kuriha ihadabu y’amafaranga 200000 vy’amarundi ,mu gihe uwakane yagirizwa gukorana nabo yaciriwe gupfungwa umwaka umwe no kuriha amande y’ibihumbi mirongo itanu.

Abo batatu bari bahagaritswe kuw’Imana igenekerezo rya 4 Ruheshi 2017 bafatanywe ibiti 573 vy’urumogi ,imbere yuko bajanwa gupfungirwa mw’ibohero rikuru ry’intara ya Muramvya.


MUGISHA Van Naris

Un message, un commentaire ?


ANDIKA ICIYUMVIRO CAWE KURI IYI NKURU

AMATEGEKO AGENGA IYANDIKWA RY’ICIYUMVIRO CAWE:
Ntiwandike ibitajanye n’iyi nkuru, ibitutsi, ivyararaza uwundi canke ibicanishamwo, ntiwandike ibiteye isoni.
Andika email yawe aho vyagenewe. Iciyumviro cawe kija ahabona ari uko camaze gusuzumwa na IGIHE.bi.
Ibi bidakurikijwe, iciyumviro cawe gishobora kutaja ahabona canke kigafutwa, murakoze.