IGIHE Burundi

Amakuru, Poritike, Ubutunzi, Diaspora, Inkino, Muzika & Amasanamu, Ubuhinga bwa none, Akahise......

Accueil > Amakuru > Intwaro ibereye > Musaga : Abajejwe intwaro babiri bakwije iminsi ine mw’ibohero rikuru rya (...)

Musaga : Abajejwe intwaro babiri bakwije iminsi ine mw’ibohero rikuru rya MPIMBA

samedi 9 Nyakanga 2017, par Egide NDUWIMANA

Abo bajejwe intwaro bahagaritswe ku munsi wa mbere, bamara iminsi ibiri bapfungiwe mw’igendereza. Ku munsi wa gatatu niho bashikanwa mw’ibohero rikuru rya Mpimba.

Amakuru dukura mw’ibohero rikuru rya Mpimba avuga ko abo bagabo babiri bahora bari mu bajejwe intwaro muri zone ya Musaga bagirizwa ko bahora bafasha kuronka amakarata karangamuntu ku bantu batayafitiye uburenganzira.


Egide NDUWIMANA

Un message, un commentaire ?


ANDIKA ICIYUMVIRO CAWE KURI IYI NKURU

AMATEGEKO AGENGA IYANDIKWA RY’ICIYUMVIRO CAWE:
Ntiwandike ibitajanye n’iyi nkuru, ibitutsi, ivyararaza uwundi canke ibicanishamwo, ntiwandike ibiteye isoni.
Andika email yawe aho vyagenewe. Iciyumviro cawe kija ahabona ari uko camaze gusuzumwa na IGIHE.bi.
Ibi bidakurikijwe, iciyumviro cawe gishobora kutaja ahabona canke kigafutwa, murakoze.