IGIHE Burundi

Amakuru, Poritike, Ubutunzi, Diaspora, Inkino, Muzika & Amasanamu, Ubuhinga bwa none, Akahise......

Home > Amakuru > umutekano > Muyinga-Kamaramagambo: Umuntu umwe yapfuye ,babiri barakomereka baguweko (...)

Muyinga-Kamaramagambo: Umuntu umwe yapfuye ,babiri barakomereka baguweko n’umusozi

Tuesday 24 July 2018, by vianney

Ayo makuru amenyeshako uwitwa Jules GIRUBUNTU ariwe yapfuye naho abakomeretse akaba ari abitwa Nduwimana na Niyonshikanwa.

Bivugwako abo bakomeretse baciye bashikanwa kw’ivuriro ry’i Kamaramagambo kugira bavugwe.


IGIHE

Forum posts

Any message or comments?


ANDIKA ICIYUMVIRO CAWE KURI IYI NKURU

AMATEGEKO AGENGA IYANDIKWA RY’ICIYUMVIRO CAWE:
Ntiwandike ibitajanye n’iyi nkuru, ibitutsi, ivyararaza uwundi canke ibicanishamwo, ntiwandike ibiteye isoni.
Andika email yawe aho vyagenewe. Iciyumviro cawe kija ahabona ari uko camaze gusuzumwa na IGIHE.bi.
Ibi bidakurikijwe, iciyumviro cawe gishobora kutaja ahabona canke kigafutwa, murakoze.