IGIHE Burundi

Amakuru, Poritike, Ubutunzi, Diaspora, Inkino, Muzika & Amasanamu, Ubuhinga bwa none, Akahise......

Accueil > Amakuru > umutekano > Mwaro : Abantu 22 bikekwa ko ari abagizi ba nabi bafashwe

Mwaro : Abantu 22 bikekwa ko ari abagizi ba nabi bafashwe

lundi 31 Gitugutu 2016, par Egide NDUWIMANA

Abantu 22 bo mu ntara ya Cibitoke bapfungiwe mu giporisi mu ntara ya Mwaro kuva kuri uwu w’Imana. Mu giporisi c’Uburundi bavuga ko abo bantu bariko bakorwako amatohoza.

Abo bafashwe bemeza ko bari bagiye muri komine Mugamba mu ntara ya Bururi, kurondera akazi ko kwimba inzahabu.

Mu giporisi bamenyesha ko abo bantu bafashwe mu gihe bari bageze i Nyakararo muri komine Gisozi, bakaba bari bipakije mu miduga ibiri yo mu bwoko bwa HIACE. Igiporisi ciketse ko ari abagizi ba nabi


IGIHE

Messages

Un message, un commentaire ?


ANDIKA ICIYUMVIRO CAWE KURI IYI NKURU

AMATEGEKO AGENGA IYANDIKWA RY’ICIYUMVIRO CAWE:
Ntiwandike ibitajanye n’iyi nkuru, ibitutsi, ivyararaza uwundi canke ibicanishamwo, ntiwandike ibiteye isoni.
Andika email yawe aho vyagenewe. Iciyumviro cawe kija ahabona ari uko camaze gusuzumwa na IGIHE.bi.
Ibi bidakurikijwe, iciyumviro cawe gishobora kutaja ahabona canke kigafutwa, murakoze.