IGIHE Burundi

Amakuru, Poritike, Ubutunzi, Diaspora, Inkino, Muzika & Amasanamu, Ubuhinga bwa none, Akahise......

Accueil > Amakuru > Ubutungane > NTWARI Fabrice Robinson yaciriwe gupfungwa imyaka itanu

NTWARI Fabrice Robinson yaciriwe gupfungwa imyaka itanu

samedi 17 mars 2018

Mu rubanza rw’ikibiriraho rwabaye kur’uno wa gatanu igenekerezo rya 16 Ntwarante 2018, NTWARI Christian Robonson yaciriwe urubanza hamwe n’umwigeme NIYOMUKIZA Akissa, bifatanye amasanamu bariko barangura amabanga y’abubatse.

Sentare Nkuru ya komine Mukaza yaciriye uwo mwigeme gupfungwa imyaka itatu n’amezi atandatu, hamwe no gutanga ihadabu y’ibihumbi amajana abiri, nawe nyene yagirizwa guhungabanya imico y’igihugu.

NTWARI Christian Robonson yahagaritswe kw’igenekerezo rya 13 Ntwarante 2018, mu gihe yari amaze iminsi ari mu karuhuko, kuko asanzwe afise n’ubwenegihugu bwa Suwede, ari naho yari asanzwe aba.


MUGISHA Van Naris

Messages

Un message, un commentaire ?


ANDIKA ICIYUMVIRO CAWE KURI IYI NKURU

AMATEGEKO AGENGA IYANDIKWA RY’ICIYUMVIRO CAWE:
Ntiwandike ibitajanye n’iyi nkuru, ibitutsi, ivyararaza uwundi canke ibicanishamwo, ntiwandike ibiteye isoni.
Andika email yawe aho vyagenewe. Iciyumviro cawe kija ahabona ari uko camaze gusuzumwa na IGIHE.bi.
Ibi bidakurikijwe, iciyumviro cawe gishobora kutaja ahabona canke kigafutwa, murakoze.