IGIHE Burundi

Amakuru, Poritike, Ubutunzi, Diaspora, Inkino, Muzika & Amasanamu, Ubuhinga bwa none, Akahise......

Accueil > Amakuru > umutekano > Ngagara : Umuntu yagirizwa ubusuma yapfuye arashwe

Ngagara : Umuntu yagirizwa ubusuma yapfuye arashwe

jeudi 22 Ntwarante 2018, par Egide NDUWIMANA

Uwo yitavye Imana ni Ndereyimana Michel w’imyaka 28, uwafashwe n’igiporisi nawe akaba Bazompora Albert w’imyaka 29.

Mu giporisi c’Uburundi bemeza ko bompi baheruka kuva mw’ibohero ku kigongwe c’umukuru w’igihugu.


Egide NDUWIMANA

Un message, un commentaire ?


ANDIKA ICIYUMVIRO CAWE KURI IYI NKURU

AMATEGEKO AGENGA IYANDIKWA RY’ICIYUMVIRO CAWE:
Ntiwandike ibitajanye n’iyi nkuru, ibitutsi, ivyararaza uwundi canke ibicanishamwo, ntiwandike ibiteye isoni.
Andika email yawe aho vyagenewe. Iciyumviro cawe kija ahabona ari uko camaze gusuzumwa na IGIHE.bi.
Ibi bidakurikijwe, iciyumviro cawe gishobora kutaja ahabona canke kigafutwa, murakoze.