IGIHE Burundi

Amakuru, Poritike, Ubutunzi, Diaspora, Inkino, Muzika & Amasanamu, Ubuhinga bwa none, Akahise......

Accueil > Amakuru > umutekano > Ngozi : Ikiziga c’umugabo catowe kireremba ku ruzi Kanyaru

Ngozi : Ikiziga c’umugabo catowe kireremba ku ruzi Kanyaru

lundi 5 février 2018

Amakuru ava ku rubuga rwa twitteur rw’igiporisi c’Uburundi amenyesha ko uwo Sylvestre NIYONKURU w’imyaka 46 yiciwe mu gihugu c’Urwanda imbere yuko atabwa mu ruzi rwa Kanyaru.

JPEG - 50.4 ko
Pierre NKURIKIYE,Umuvugizi w’ubushikiranganji bw’umutekano

Igiporisi c’Uburundi kibandanya kivuga ko uwo yatowe ikiziga, yari yahungiye mu gihugu c’Urwanda, ariko yanka kujanwa mw’ikambi y’impunzi y’i Mahama.


BIKORIMANA Vianney

Messages

Un message, un commentaire ?


ANDIKA ICIYUMVIRO CAWE KURI IYI NKURU

AMATEGEKO AGENGA IYANDIKWA RY’ICIYUMVIRO CAWE:
Ntiwandike ibitajanye n’iyi nkuru, ibitutsi, ivyararaza uwundi canke ibicanishamwo, ntiwandike ibiteye isoni.
Andika email yawe aho vyagenewe. Iciyumviro cawe kija ahabona ari uko camaze gusuzumwa na IGIHE.bi.
Ibi bidakurikijwe, iciyumviro cawe gishobora kutaja ahabona canke kigafutwa, murakoze.