IGIHE Burundi

Amakuru, Poritike, Ubutunzi, Diaspora, Inkino, Muzika & Amasanamu, Ubuhinga bwa none, Akahise......

Accueil > Amakuru > umutekano > Ngozi : Umuhungu yanize nyina amuziza infungurwa

Ngozi : Umuhungu yanize nyina amuziza infungurwa

mercredi 27 décembre 2017

Amakuru ava mu begereye aho uwo musore avuka, amenyesha ko uwo musore yishe nyina wiwe amunize, bivuye ku kutumvikana gufatiye ku nfungurwa.

Mu giporisi c’Uburundi baremeza ayo makuru, Pierre NKURIKIYE avugira igiporisi c’Uburundi akavuga ko uwo musore yaciye afatwa n’igiporisi c’Uburundi,agiheza kuniga umuvyeyi wiwe.

JPEG - 75.5 ko
Umusore yanize umuvyeyi wiwe

Pierre NKURIKIYE avuga ko bamaze gutangura kumukorera dosiye kugira ace arungikirwa ubutungane.


MUGISHA Van Naris

Un message, un commentaire ?


ANDIKA ICIYUMVIRO CAWE KURI IYI NKURU

AMATEGEKO AGENGA IYANDIKWA RY’ICIYUMVIRO CAWE:
Ntiwandike ibitajanye n’iyi nkuru, ibitutsi, ivyararaza uwundi canke ibicanishamwo, ntiwandike ibiteye isoni.
Andika email yawe aho vyagenewe. Iciyumviro cawe kija ahabona ari uko camaze gusuzumwa na IGIHE.bi.
Ibi bidakurikijwe, iciyumviro cawe gishobora kutaja ahabona canke kigafutwa, murakoze.