IGIHE Burundi

Amakuru, Poritike, Ubutunzi, Diaspora, Inkino, Muzika & Amasanamu, Ubuhinga bwa none, Akahise......

Accueil > Amakuru > Muri Afrika > RDC:Abantu 50 bapfuye mw’isanganya ry’ubwato

RDC:Abantu 50 bapfuye mw’isanganya ry’ubwato

vendredi 25 mai 2018

Amakuru dukesha BBC amenyeshako abajejwe intwaro mu ntara ya Tshuapa iri mu buraruko bw’igihugu, bamenyesheje ko abantu 50 bari mur’ubwo bwato ataco babaye igihe bwibira.

Ayo makuru ya BBC, amenyesha ko icatumye iryo sanganya ry’ubwo bwato kitaramenyekana.

Mu kwezi kwa Ndamukiza uyu mwaka wa 2018, abantu barenga 40 barapfuye baguye mu mazi mw’isanganya ry’ubwato bwariko buja mu gihugu kibanyi ca Kongo Brazzaville.


BIKORIMANA Vianney

Un message, un commentaire ?


ANDIKA ICIYUMVIRO CAWE KURI IYI NKURU

AMATEGEKO AGENGA IYANDIKWA RY’ICIYUMVIRO CAWE:
Ntiwandike ibitajanye n’iyi nkuru, ibitutsi, ivyararaza uwundi canke ibicanishamwo, ntiwandike ibiteye isoni.
Andika email yawe aho vyagenewe. Iciyumviro cawe kija ahabona ari uko camaze gusuzumwa na IGIHE.bi.
Ibi bidakurikijwe, iciyumviro cawe gishobora kutaja ahabona canke kigafutwa, murakoze.