Deprecated: Unparenthesized `a ? b : c ? d : e` is deprecated. Use either `(a ? b : c) ? d : e` or `a ? b : (c ? d : e)` in /home/igihe/public_html/ecrire/inc/utils.php on line 2576
Robert Mugabe w’imyaka 94 azosubira kwitoza mu matora yo mu 2018 - IGIHE Burundi
IGIHE Burundi

Amakuru, Poritike, Ubutunzi, Diaspora, Inkino, Muzika & Amasanamu, Ubuhinga bwa none, Akahise......

Accueil > Amakuru > Muri Afrika > Robert Mugabe w’imyaka 94 azosubira kwitoza mu matora yo mu 2018

Robert Mugabe w’imyaka 94 azosubira kwitoza mu matora yo mu 2018

lundi 19 Kigarama 2016, par Egide NDUWIMANA

Umugambwe uri ku butegetsi muri Zimbabwe, Zanu-PF, wemeje umukuru w’igihugu Robert Mugabe, nk’umukandida w’uwo mugambwe mu matora y’umukuru w’igihugu yo mu mwaka w’2018.

Robert Mugabe w’imyaka 92, ari ku butegetsi kuva Zimbabwe yikukiye ikava ku bukoroni bw’igihugu c’Ubwongereza mu mwaka w’1980.

JPEG - 113.6 ko
Umukuru w’igihugu Robert MUGABE

Mu nama y’ukugena Robert Mugabe kugira azoserukire umugambwe uri ku butegetsi mu matora y’umukuru w’igihugu, bamwe mu bari muri iyo nama basavye ko Robert Mugabe yogirwa umukuru w’igihugu ubuzima bwiwe bwose.


IGIHE

Messages

Un message, un commentaire ?


ANDIKA ICIYUMVIRO CAWE KURI IYI NKURU

AMATEGEKO AGENGA IYANDIKWA RY’ICIYUMVIRO CAWE:
Ntiwandike ibitajanye n’iyi nkuru, ibitutsi, ivyararaza uwundi canke ibicanishamwo, ntiwandike ibiteye isoni.
Andika email yawe aho vyagenewe. Iciyumviro cawe kija ahabona ari uko camaze gusuzumwa na IGIHE.bi.
Ibi bidakurikijwe, iciyumviro cawe gishobora kutaja ahabona canke kigafutwa, murakoze.