IGIHE Burundi

Amakuru, Poritike, Ubutunzi, Diaspora, Inkino, Muzika & Amasanamu, Ubuhinga bwa none, Akahise......

Home > Amakuru > umutekano > Rugazi: Umwigisha yahonzwe ikibuye mu mutwe n’umunyeshure yigisha

Rugazi: Umwigisha yahonzwe ikibuye mu mutwe n’umunyeshure yigisha

Tuesday 10 July 2018, by vianney

Amakuru dukesha umuvigizi w’ubushikiranganji bw’umutekano hamwe no kugwanya ibiza , Pierre NKURIKIYE amenyeshako Ernest BANZUBAZE yiga mu mwaka w’i 12 mu gisata c’indome amaze kubona yobewe yaciye asanga uyo mwigisha aho abandi banyeshure bariko basaba gutunganirizwa aho bakosowe nabi acahonda ikibuye mu mutwe uwo mwigisha.

Bivugwako uyo mwigisha yababaye cane ubu ariko avurirwa mu gisagara ca Bujumbura.

Ayo makuru abandanya amenyeshako uyo munyeshure amaze gukora ubwo bubisha yaciye atungwa nayo yameze ,ubu ariko araronderwa n’igiporisi mu ntara ya Muramvya aho avuka.


IGIHE

Forum posts

Any message or comments?


ANDIKA ICIYUMVIRO CAWE KURI IYI NKURU

AMATEGEKO AGENGA IYANDIKWA RY’ICIYUMVIRO CAWE:
Ntiwandike ibitajanye n’iyi nkuru, ibitutsi, ivyararaza uwundi canke ibicanishamwo, ntiwandike ibiteye isoni.
Andika email yawe aho vyagenewe. Iciyumviro cawe kija ahabona ari uko camaze gusuzumwa na IGIHE.bi.
Ibi bidakurikijwe, iciyumviro cawe gishobora kutaja ahabona canke kigafutwa, murakoze.