IGIHE Burundi

Amakuru, Poritike, Ubutunzi, Diaspora, Inkino, Muzika & Amasanamu, Ubuhinga bwa none, Akahise......

Home > Amakuru > umutekano > Rumonge: Abantu 4 bahagaritswe inyuma y’urupfu rw’umupatiri

Rumonge: Abantu 4 bahagaritswe inyuma y’urupfu rw’umupatiri

Tuesday 3 July 2018, by vianney

Amakuru dukesha umuvugizi w’ubushikiranganji bw’umutekano hamwe no kugwanya ibiza,Pierre NKURIKIYE amenyeshako patiri Pierre Claver Wendo yitavye Imana inyuma y’umwanya muto avuye mu bunywero bita Ndiriki aho yariko arivuna inyota.

Ayo makuru avuga kandi ko umugore bariko basangira ikinyobwa n’uyo mupatiri yitwa Aline NIHOKUBWAYO hamwe n’abandi 3 bakora murubwo bunywero baciye bahagarikwa ku mvo z’amatohoza.


IGIHE

Forum posts

Any message or comments?


ANDIKA ICIYUMVIRO CAWE KURI IYI NKURU

AMATEGEKO AGENGA IYANDIKWA RY’ICIYUMVIRO CAWE:
Ntiwandike ibitajanye n’iyi nkuru, ibitutsi, ivyararaza uwundi canke ibicanishamwo, ntiwandike ibiteye isoni.
Andika email yawe aho vyagenewe. Iciyumviro cawe kija ahabona ari uko camaze gusuzumwa na IGIHE.bi.
Ibi bidakurikijwe, iciyumviro cawe gishobora kutaja ahabona canke kigafutwa, murakoze.