IGIHE Burundi

Amakuru, Poritike, Ubutunzi, Diaspora, Inkino, Muzika & Amasanamu, Ubuhinga bwa none, Akahise......

Accueil > Amakuru > umutekano > Rumonge : Abaporisi babiri bitavye Imana mw’isanganya ry’imodoka

Rumonge : Abaporisi babiri bitavye Imana mw’isanganya ry’imodoka

jeudi 8 février 2018

Amakuru dukesha umuvugizi w’ubushikiranganji bw’umutekano, amenyesha ko iryo sanganya ryabaye nk’igihe c’isaha zibiri n’igice z’ijoro.

Ayo makuru dukesha urubuga rwa Twitter rw’igiporisi c’Uburundi,amenyesha ko abo baporisi bitavye Imana igihe imodoka barimwo yagira isanganya, abo baporisi babiri baca bitaba Imana uwo mwanya nyene.


BUKURU Pacifique

Un message, un commentaire ?


ANDIKA ICIYUMVIRO CAWE KURI IYI NKURU

AMATEGEKO AGENGA IYANDIKWA RY’ICIYUMVIRO CAWE:
Ntiwandike ibitajanye n’iyi nkuru, ibitutsi, ivyararaza uwundi canke ibicanishamwo, ntiwandike ibiteye isoni.
Andika email yawe aho vyagenewe. Iciyumviro cawe kija ahabona ari uko camaze gusuzumwa na IGIHE.bi.
Ibi bidakurikijwe, iciyumviro cawe gishobora kutaja ahabona canke kigafutwa, murakoze.