IGIHE Burundi

Amakuru, Poritike, Ubutunzi, Diaspora, Inkino, Muzika & Amasanamu, Ubuhinga bwa none, Akahise......

Accueil > Amakuru > umutekano > Rumonge-Nyanza-Lac : Impunzi zivuye mu guhugu ca Kongo zakiriwe n’abajejwe (...)

Rumonge-Nyanza-Lac : Impunzi zivuye mu guhugu ca Kongo zakiriwe n’abajejwe intwaro

jeudi 25 janvier 2018

Amakuru dukesha urubuga rwa twitteur rw’igiporisi c’Uburundi,abashika 233 bashikiye mu ntara ya Rumonge ,mu gihe abarundi bakiriwe muri abo bahunze bagizwe n’abarimyi hamwe n’aborozi.

Amakuru ava mu bajejwe intwaro muri Komine Nyanza lac amenyesha ko abo bahunze, bashitse mu Burundi baciye mu kiyaga Tanganyika, bashitse baciye bahabwa imfashanyo ziba zirabafasha .

Ayo makuru abandanya avuga ko abo bava mu gihugu ca Republika Iharanira Intwaro Rusangi ya Kongo, baca bajamwa mu makambi y’impunzi ari hano mu Burundi ,abarundi nabo bakazoca bashikanwa mu ma komine yabo.


Vianney BIKORIMANA

Messages

Un message, un commentaire ?


ANDIKA ICIYUMVIRO CAWE KURI IYI NKURU

AMATEGEKO AGENGA IYANDIKWA RY’ICIYUMVIRO CAWE:
Ntiwandike ibitajanye n’iyi nkuru, ibitutsi, ivyararaza uwundi canke ibicanishamwo, ntiwandike ibiteye isoni.
Andika email yawe aho vyagenewe. Iciyumviro cawe kija ahabona ari uko camaze gusuzumwa na IGIHE.bi.
Ibi bidakurikijwe, iciyumviro cawe gishobora kutaja ahabona canke kigafutwa, murakoze.