IGIHE Burundi

Amakuru, Poritike, Ubutunzi, Diaspora, Inkino, Muzika & Amasanamu, Ubuhinga bwa none, Akahise......

Accueil > Amakuru > Ubutungane > Rutana: Abafundi babiri b’indimo bagirizwa gutyoza umukuru w’igihugu bejejwe (...)

Rutana: Abafundi babiri b’indimo bagirizwa gutyoza umukuru w’igihugu bejejwe na sentare

samedi 4 Ruhuhuma 2017

Abafundi b’indimo babibi bakora mw’ihinguriro ry’isukari SOSUMO baridegemvya kuva kw’igenekerezo rya 2 Ruhuhuma umwaka wa 2017,inyuma yo kwezwa na Sentare isubiramwo imanza y’intara ya Rutana.

Philippe BIGIRIMANA na Nicaise NAHIMANA bari bahagaritswe mu mpera z’umwaka wa 2016,igihe umuryango w’umukuru w’igihugu wariko uremesha igikorane muri Komine Bukemba y’intara ya Rutana.

Abo bagabo babiri bahagaritswe n’igipolisi kibagiriza gutyoza no kugerageza kugandagura umukuru w’igihugu.

Philippe BIGIRIMANA na Nicaise NAHIMANA bari bamaze ukwezi kurenga bapfungiwe mw’ibohero rikuru ryo mu ntara ya Rutana.


IGIHE

Messages

  • Jewe harigihe nibaza kwigi porisi cahaniwacu kidakwije!,umuntu kumwagiriza koyagomba kwica umukuru wi gihugu tusazwe tuzi ahumukuru nkuwo ,ahabayicaye ntaninsazi ihegera, tofauti na bamucungera canke abovyagendanye. None bari kumwica bigenze gute? none barikumwica gute mwuyo mwanya atabirwanisho baribafise!, bisazwe bizwi yuko twebwe abarundi, kugira turonke iki nakiriya ubanza kudodobereza mweneso!, aboba porisi bariko bararondera kwi kundwakaza Kwa Nkurunziza rwabateko agapete nagatoya, aruko barinze kwicisha benewabo. ivyikigihugu bisigaye bigoye, umuhirwe nuwoza yirinda kuja mubiteramo nkivyo, nkashimira ubwo bucamanza bwo Murutana bwaraye bwiyambitse agateka kurushingantahe, ubona, abacamanza bandi bofatira akarorero kurabo bomu Rutana! uburundi bwokwogoroye. murakoze

  • Nukur bakoz nez vraimt arik abapolis bongaho murutana ntibabah barikundwakaz can!

Un message, un commentaire ?


ANDIKA ICIYUMVIRO CAWE KURI IYI NKURU

AMATEGEKO AGENGA IYANDIKWA RY’ICIYUMVIRO CAWE:
Ntiwandike ibitajanye n’iyi nkuru, ibitutsi, ivyararaza uwundi canke ibicanishamwo, ntiwandike ibiteye isoni.
Andika email yawe aho vyagenewe. Iciyumviro cawe kija ahabona ari uko camaze gusuzumwa na IGIHE.bi.
Ibi bidakurikijwe, iciyumviro cawe gishobora kutaja ahabona canke kigafutwa, murakoze.