IGIHE Burundi

Amakuru, Poritike, Ubutunzi, Diaspora, Inkino, Muzika & Amasanamu, Ubuhinga bwa none, Akahise......

Accueil > Amakuru > umutekano > Ruyigi-Gisuru : Umwigisha yapfuye yiyahuye

Ruyigi-Gisuru : Umwigisha yapfuye yiyahuye

vendredi 2 février 2018

Amakuru dukesha umuvugizi w’ubushikiranganji bw’umutekano Pierre NKURIKIYE, amenyesha ko NZOYISABA Mathieu w’imyaka 47 y’amavuka yari asanzwe akora akazi ko kwigisha yiyahuje umugozi.

Pierre NKURIKIYE avugira ubushikiranganji bw’umutekano, amenyesha ko icatumye uwo mwigisha yiyahura kitaramenyekana.


MUGISHA Van Naris

Un message, un commentaire ?


ANDIKA ICIYUMVIRO CAWE KURI IYI NKURU

AMATEGEKO AGENGA IYANDIKWA RY’ICIYUMVIRO CAWE:
Ntiwandike ibitajanye n’iyi nkuru, ibitutsi, ivyararaza uwundi canke ibicanishamwo, ntiwandike ibiteye isoni.
Andika email yawe aho vyagenewe. Iciyumviro cawe kija ahabona ari uko camaze gusuzumwa na IGIHE.bi.
Ibi bidakurikijwe, iciyumviro cawe gishobora kutaja ahabona canke kigafutwa, murakoze.