IGIHE Burundi

Amakuru, Poritike, Ubutunzi, Diaspora, Inkino, Muzika & Amasanamu, Ubuhinga bwa none, Akahise......

Accueil > Amakuru > umutekano > Ruyigi : Ikiziga c’umugabo catowe mu ruzi Mugogo

Ruyigi : Ikiziga c’umugabo catowe mu ruzi Mugogo

mardi 31 octobre 2017

Amakuru ava mu giporisi c’Uburundi amenyesha ko ikiziga ca NYAWENDA Celestin catowe k’umugoroba wo kur’uno wa mbere igenekerezo rya 30 Gitugutu 2017, kandi ko ashobora kuba yatawe mur’urwo ruzi n’inkozi z’ikibi zitaramenyekana, ku mvo kandi zitaramenyekana.

Ayo makuru nyene amenyesha ko inyamiramabi ari kumwe n’abajejwe intwaro bishikiye ahatowe ico kiziga baca batanga itegeko ko kijanwa mu bitaro vy’i Butezi.

Mu giporisi c’Uburundi bamenyesha ko amatohoza abandanya.


MUGISHA Van Naris

Un message, un commentaire ?


ANDIKA ICIYUMVIRO CAWE KURI IYI NKURU

AMATEGEKO AGENGA IYANDIKWA RY’ICIYUMVIRO CAWE:
Ntiwandike ibitajanye n’iyi nkuru, ibitutsi, ivyararaza uwundi canke ibicanishamwo, ntiwandike ibiteye isoni.
Andika email yawe aho vyagenewe. Iciyumviro cawe kija ahabona ari uko camaze gusuzumwa na IGIHE.bi.
Ibi bidakurikijwe, iciyumviro cawe gishobora kutaja ahabona canke kigafutwa, murakoze.