IGIHE Burundi

Amakuru, Poritike, Ubutunzi, Diaspora, Inkino, Muzika & Amasanamu, Ubuhinga bwa none, Akahise......

Accueil > Amakuru > umutekano > Ruyigi : Ikiziga c’umwana aboshe catowe mw’ishamba

Ruyigi : Ikiziga c’umwana aboshe catowe mw’ishamba

jeudi 13 Mukakaro 2017, par Egide NDUWIMANA

Ico kiziga c’uruyoya catowe mw’ishamba ku birometero 4 vy’aho uwo mwigeme yahora aba, uwo nawe nyene akaba yafashwe n’igiporisi, akaba kandi yiyemerera ko yaboshe uwo mwana yari ahejeje kuvyara, aca amuta mw’ishamba.

Nizigiyimana Espérance yasiguriye inyamiramabi ko yataye uwo mwana kubera uwo bamuvyaranye yamwihakanye ahungira mu gihugu ca Tanzaniya.

Mu giporisi bamenyesha ko amatohoza yose niyahera uwo mwigeme aca ashikirizwa ubutungane, uwo mwana nawe ashingurwe ku muhingamo wo kuri uwu wa kane.


Egide NDUWIMANA

Messages

Un message, un commentaire ?


ANDIKA ICIYUMVIRO CAWE KURI IYI NKURU

AMATEGEKO AGENGA IYANDIKWA RY’ICIYUMVIRO CAWE:
Ntiwandike ibitajanye n’iyi nkuru, ibitutsi, ivyararaza uwundi canke ibicanishamwo, ntiwandike ibiteye isoni.
Andika email yawe aho vyagenewe. Iciyumviro cawe kija ahabona ari uko camaze gusuzumwa na IGIHE.bi.
Ibi bidakurikijwe, iciyumviro cawe gishobora kutaja ahabona canke kigafutwa, murakoze.