IGIHE Burundi

Amakuru, Poritike, Ubutunzi, Diaspora, Inkino, Muzika & Amasanamu, Ubuhinga bwa none, Akahise......

Accueil > Amakuru > umutekano > Ruyigi: Umugabo yishwe n’ababanyi yagirizwa uburozi

Ruyigi: Umugabo yishwe n’ababanyi yagirizwa uburozi

lundi 12 Ruheshi 2017

Amakuru ava mu bajejwe intwaro ku mutumba amenyesha ko Gabriel BASITA w’imyaka irenga 60 y’amavuka yishwe mw’ijoro buca ari kuw’Imana igenekerezo rya 11 Ruheshi 2017 akubiswe ubuhiri n’ababanyi biwe.

Ayo makuru nyene amenyesha ko abantu barenga icumi bagirizwa kugira uruhara muri ubwo bwicanyi bamaze guhagarikwa, kandi bapfungiwe mu giporisi ku murwa mukuru w’intara ya Ruyigi.

Abajejwe intwaro ku mutumba wa Kirambi aho uwo yishwe yaba bakavuga ko umukenyezi wa Gabriel BASITA nawe yakomeretse akaba ariko aravurwa.


MUGISHA Van Naris

Messages

Un message, un commentaire ?


ANDIKA ICIYUMVIRO CAWE KURI IYI NKURU

AMATEGEKO AGENGA IYANDIKWA RY’ICIYUMVIRO CAWE:
Ntiwandike ibitajanye n’iyi nkuru, ibitutsi, ivyararaza uwundi canke ibicanishamwo, ntiwandike ibiteye isoni.
Andika email yawe aho vyagenewe. Iciyumviro cawe kija ahabona ari uko camaze gusuzumwa na IGIHE.bi.
Ibi bidakurikijwe, iciyumviro cawe gishobora kutaja ahabona canke kigafutwa, murakoze.