IGIHE Burundi

Amakuru, Poritike, Ubutunzi, Diaspora, Inkino, Muzika & Amasanamu, Ubuhinga bwa none, Akahise......

Accueil > Amakuru > Mu makungu > Siriya : Umurwi ukora amatohoza ku bitero vy’ubumara nturemererwa kwinjira (...)

Siriya : Umurwi ukora amatohoza ku bitero vy’ubumara nturemererwa kwinjira aho vyabereye

mardi 17 avril 2018

Amakuru dukesha iradiyo y’abongereza BBC, amenyesha ko uwo murwi mvamakungu ukora amatohoza,uri mu gihugu ca Siriya kuva ku musi wa gatandatu igenekerezo rya 14 Ndamukiza 2018, ariko nturemererwa kwinjira i Douma, ahabereye ico gitero.

Igitero cabaye hakoreshejwe ibirwanisho vy’ubumara, cabaye kw’igenekerezo rya 7 Ndamukiza 2018, inyuma y’indwi imwe gusa Reta Zunze Ubumwe za Amerika, Ubwongereza n’Ubufaransa , bica bigira igitero kuri Siriya.

Igihugu ca Siriya n’Uburusiya bagumye bahakana ko ata gitero c’ubumara cabaye, Uburusiya mbere bwavuga ko ibivugwa ari ivyateguwe.


MUGISHA Van Naris

Messages

Un message, un commentaire ?


ANDIKA ICIYUMVIRO CAWE KURI IYI NKURU

AMATEGEKO AGENGA IYANDIKWA RY’ICIYUMVIRO CAWE:
Ntiwandike ibitajanye n’iyi nkuru, ibitutsi, ivyararaza uwundi canke ibicanishamwo, ntiwandike ibiteye isoni.
Andika email yawe aho vyagenewe. Iciyumviro cawe kija ahabona ari uko camaze gusuzumwa na IGIHE.bi.
Ibi bidakurikijwe, iciyumviro cawe gishobora kutaja ahabona canke kigafutwa, murakoze.